Umugambi wa kazinduzi y'amazina y'uruhàro yérékeye ingoma y'uburundi : kava mu kinjana ca xv gushika mu ntango y'ikinjana ca xx (1400-1920)

dc.contributor.authorNduwamahoro, Anitha
dc.contributor.authorSous la direction de : Denis Bukuru(PhD)
dc.date.accessioned2025-04-24T16:37:34Z
dc.date.available2025-04-24T16:37:34Z
dc.date.issued2016
dc.descriptionMémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de «Licenciée en Langues et Littératures Africaines ».
dc.description.abstractIki gik6rwa citwa « Umugàmbi wa kazindüzi y'amazina y'uruharo yerékeye ingoma y'ubunlndi: kuva mu kinjana ca xv gushika mü ntângo y'ikinjana ca xx (±1400-1920)>> gisigüra amazina y'uruharo makurumakuru yerékeye ingoma y'Uburundi yatôrorokanijwe mu bitabu vyànditswe n'abatoh6ji bânditse ku kàhise k'Ubunlndi bw'imbere y'abazungu (MWOROHA E. 1987, BAHENDUZI M. 1991, VANSINA J. 1972, NDORICIMPA L. et GUILLET C. 1984 n'abândi). Ibigabane nyamukurU ni ibi: Intângamarara, Kazindüzi y'amazina y'rnuhâro n'ubuhlnga bw6 kuyandika; Inzêgo z'igihugu n'amazina Y'Uruharo; Uruhâra rw'amazina y'uruharo mu kumenyesha akàhise; Kazindüzi nyezina y' amazina y'uruhâro y6 mu Burundi bw6 kü ngoma y'abàmi. Muri kazindüzi nyezina, harimw6 imigwi itandukanye y'amazina y'uruhâro: Amazina y'abantu: ..... * ay'abàmi: Ntare Rushatsi, Mwêzi Gisabo, Mutâga Mbikije, Mwambutsa Bangiricênge n'abàndi; * ay'abaganwa: Ndîvyariye, Rwasha, Birori, Ntarugéra n'abàndi; * - Amazina y'amabânga arângûrwa n'abantu: Mukâ Karyenda, Inabataramuka, Mukâ Kiranga, Ntare y'î Nk6ma n'abàndi; Amazina y'imihîngo n'întâra: Nk6ma, Bukêye, Ubutütsi, Banga, Kiründo, Ubuyogoma, Gishora, Higiro n'ahândi; Amazina y'âmôko n'imiryango: Abahutu, Abatütsi, Abatwa, Abanyakarama, Abahânza, Abanyànge n'ayàndi; - Amazina y'fbimazi n'ibiterekerwa: Karyenda (ingoma), Sêmasaka (Ingabé), Muhabüra (ingabé) n'ayàndi. Amazina Y'Uruharo rer6 ni isôko ntângére y6 kumenya akàhise k'Uburundi kuk6 ni y6 athenyêsha ahantu, ikintu cânké umüntu yagize uruhâra runini mu kwübaka igihugu. Nk'akarorero, umwàmi NTARE Rugàmba ni wé yahâye imbibe igihugu c'Ubunlndi, ni wé yarwânye kugira ngo igihugu kirônké intâra gifisé ubu. Amazina amwâmwé nay6 asigÜfa ink6moko y'ahântu: nk'întâra ya Ryansoro (i Gitéga) ngo bàyise ukw6 kubêra yatwârwa n'umwàmi yItwa Nsoro.
dc.identifier.urihttps://repository.ub.edu.bi/handle/123456789/1967
dc.publisherUB, FLSH
dc.titleUmugambi wa kazinduzi y'amazina y'uruhàro yérékeye ingoma y'uburundi : kava mu kinjana ca xv gushika mu ntango y'ikinjana ca xx (1400-1920)
Files
Original bundle
Now showing 1 - 1 of 1
Loading...
Thumbnail Image
Name:
809-635-403-002 NDU.pdf
Size:
5.43 MB
Format:
Adobe Portable Document Format
License bundle
Now showing 1 - 1 of 1
No Thumbnail Available
Name:
license.txt
Size:
1.71 KB
Format:
Item-specific license agreed to upon submission
Description: