Banyiyezako, AnselmeSous la direction de : Dr. Denis Bukuru2026-05-252026-05-252013-06https://repository.ub.edu.bi/handle/123456789/2300Mémoire présenté et défendu publiquement en vue de l'obtention du grade de Licencié en Langues et Littératures AfricainesIki gik6rwa cerekeye umuryango w'Abashùbi b6 mu Bunyambo n'âb6 ko Nkîko y'Ukumos6, imic6, amâmOko n'akaranga vyâho; kigizwe n.'ibigabane biné: Ikigabane ca mbere cerekeye akarêré k'ft6h6za n'fmiryango yahagerereye. It6h6za ryabereye ku mitûmba ya Nyamabuye, Kabago, COnda na Kazéba irf mur! komine Gitanga intâra ya Rutana, hamwé n'ûmutûmba wa Gaseri ur! murî komine ya Rutana. Imiryango yahâgerereye na y6 ni: Abashùbi, Abahoro, AbashTngo, Abaragâne, Abanyakarama, AbahTnda, Ababanga, Ababimba, Abavumu, Abashôma, Ababanda, Abatsindagire, Abarishi, Abasambo, Abasindi, Ababibe. Ikigabane ca kabiri kivuga amâmOko y'Abashûbi b6 mur! ako karêré, na b6 bakaba bamwé bâmOka mur! komine Ryansoro, intârci ya Gitega, abandi bakamOka i Nk6ma muri komine Mpinga-Kayove, intârâ ya Rutana. Ikigabane ca gatatu cerekeye imic6 n'âkaranga vy'abo Bashûbi. Mur! ico kigabane havugwamw6 ibimazi bambara: agahoro, urusimbi, urukûbo, akayugi, akayagavu n'agacumu. Havugwamw6 kandi ivy6 baziririza. Mur! vyo hari nk'îvy6 batârya: intama, inkok6, impéne hamwé n'inyama y'inkubakuba (icakubiswe n'inkuba). Ivy6 batacana ni: umuvyîvyi, igihôndogori, umukûbagwa, umugômbé, -igikingi c'îrêmbo hamwé n'ibitungwa : inkâ y'agafyTri. Ikigabane ca kane cerekana uruhara rw'abo Bashùbi mu kwûbaka Uburündi. Muri bo dusangamw6 abahamagazi, abarwanira umuganwa n'abararTra i buganwa. Hari abami n'abaganwa babatonesheje n'ababasabTshije, ni nk'umwami Mwêzi Gisabo n'abaganwa nka Bujenjegeri hamwé na Nteturuye. Mugusôzera turasaba ubutégetsi k6 bw6dufata mu mugôngo kugira ngo tubandânye dût6h6za n6 ku yindi miryango y' Abarûndi.Umuryango w' Abashubi bo mu Bunyambo no ku Nkiko y' Ukumoso imico, amamuko n' akaranga vyabo.